Amipro Entertainment ibatumiye muri Buja Models

0

Ni ku munsi wa gatanu igenekerezo rya mirongo ibiri n’umunani uku kwezi nyene turimwo kuri star hotel niho hazoba Buja Models iteguwe n’inzu ijejwe gutegura ibiteramo ya Amipro entertainment
bkm
Hazoba hari abasanzwe abiyeretsi(manekin)ba Taiga,Bkm hamwe n’abantu bavuza umuziki(dj)nka:Dj israel,Patman,Vampire hamwe na Dj pHilybte,
Hazoba hariho kandin’abaririmvyi rurangiranwa nka:Kolly the Magic,Peter Niyo n’abandi benshi cane

Tworangiza tubamenyesha ko kwinjira azoba ari amafaranga 3000 n’ibihumbi bitanu ku bibanza vy’iteka