Amasanamu y’indirimbo Africa ya Ashley Diva yerekanwe kuri Eatv

0

Amasanamu y’indirimbo Africa y’umuririmvyi w’umurundikazi Ashley Diva yaraye yerekanwe ku mboneshakure ikomeye cane hano muri AfriKa,imboneshakure ya Eatv.
ashley muri eatv
Nyuma yaho ayo masanamu abonekeye kuri eatv ikinyamakuru cacu ubmnews twaramwegereye uyo muririmvyikazi turamubaza ingene yiyumva kubona amasanamu y’indirimbo yiwe yerekanwe ku mboneshakure Eatv,Ashley Diva akaba yatumenyesheje ko yumva anezerewe cane kubona amasanamu y’indirimbo yiwe yerekanwe kuriyo mboneshakure Eatv
ashley muri eatv
Tworangiza tubamenyesha ko atari irya mbere ayo masanamu yerekanwa kuri iyo mboneshakure.