Agathon Rwasa avuga ko amatora yaraye abaye ko atagaciro afise ” soma hano wumve impamvu.

0

Agathon Rwasa avuga ko amatora yabajenama hamwe n’abashingamateka aheruka kuba ko yari inkinamico kuko ngo hari nabaja gutora babanje guterwa ubwoba na CNDD-FDD.

rwasa

Ivyaraye bibaye ngo biharira ivomo abarundi mu makungu, ngwivyonavyo bikaba bishobora kuviramwo ingaruka mbi abanyagihugu bo hasi, kubwivyo we avuga ko ineza y’abanyagihugu ariyo yarikwiye kuza ubwambere.

[youtube id=”RB2H_U4sHDA” align=”center” mode=”normal” autoplay=”no” maxwidth=”640″]