Agacere Best Life Irimwo gategwa niki?

0

Umugwi Best Life Music muri kino gihe uri mu gacerere kadasanzwe cane aho abakunzi atari bake buyo mugwi babandanya babaza igituma muri kino gihe uyo mugwi uri mu gacerere kadasanzwe cane
60

Nyuma yo kumva ivyo abakunzi buyo mugwi bavuga twaregereye abahurikiye muri uyo mugwi kugira baduhe umuco,bakaba batubwiye ko agacerere barimwo muri kino gihe gategwa nuko bari mu bikorwa vyinshi aho bariko bitegurira gukora amasanamu y’indirimbo Higher Girl

Tworangiza tubamenyesha ko Best Life Music ihurikiyemwo imisore 4