Nubwo urunani rw’abarimyi b’ikawa mu Burundi rumenyesha ko rushima ko igiciro c’ikawa cadugijwe kiva ku mafaranga 550Fbu kikaja ku 700Fbu, ngo ico giciro ngo cari gikwiye kuduzwa harabwe inguvu zikoreshwa mu kuyirima.
Ivyo bivugwa n’abarimyi bico gitegwa mugihe Ku ruhande rw’abakorera muri ico gisata bigenga, bavuga ko batabona neza ico bafatiyeko kugira ico gitegwa kiduzwe, naho gishingwa n’isoko mpuzamakungu.
Babishikirije kuri uyu wa mbere mu gihe umushikiranganji ajejwe ivy’uburimyi, yariko yerekana uko isizeni ya 2020-2021 yagenze n’ingene iya 202-2022 iriko irategurwa.
Recent Comments