UBM News ads

Abarwanyi bane b’Abarundi bishwe barashwe

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abarwanyi bane b’Abarundi bo mu muhari RED-TABARA bishwe barashwe n’igisirikare ca Repuburika iharanira intwaro rusangi ya Congo, batandatu bandi nabo barakomereka, mu mishamirano yabaye kuri uwu wa mbere, mu karere ka Uvira hamwe na Kivu y’amaja epfo.

Amakuru atangwa n’abasirikare ba Congo bakorera i Uvira avuga ko abo barwanyi bane b’Abarundi bari mu barongoye abandi bishwe mu ngwano yabahuje n’abasirikare ba Congo.

Muri iyo ngwaro, igisirikare ca Congo cemeza ko cafashe kandi inkoho 22 zo mu bwoko bwa Kalachnikov, hamwe n’ibindi bikoresho vyo mu ngwano.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments