UBM News ads

Abakinyi 19 b’Intamba mu rugamba baraye mu gihugu ca Kenya

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abakinyi 19 b’umurwi nserukiragihugu w’Uburundi mu mupira w’amaguru, INTAMBA MU RUGAMBA nibo bafashe urugendo ku muhingamo wo kuri uwu w’Imana berekeza mu gihugu ca Kenya, aho bagiye kwitegurira urukino rw’ugusubiriza ruzohuza Uburundi n’igihugu ca Sudani y’epfo.

Urwo rukino ruzoba kuri uwu wa gatanu mu gisagara ca Juba, mu rukino rwa mbere Uburundi bukaba bwari bwatsinze ibitsindo bitatu ku busa bwa Sudani.

Uburundi buhiganirwa kuzoca mu gikombe ca Afrika CAN kizobera mu gihugu ca Cameroun mu mwaka w’2019, tukabamenyesha ko amahirwe ari menshi ku gihugu c’Uburundi.

Abakinyi 19 batowe

1. Jonathan NAHIMANA
2. Justin NDIKUMANA
3. Abdoul Karim NIZIGIYIMANA
4. Christophe NDUWARUGIRA
5. Rachid Léon HARERIMANA
6. Fréderic NSABIYUMVA
7. Omar NGANDO
8. Omar MOUSSA
9. David NSHIMIRIMANA
10. Shassir NAHIMANA
11. Gaël BIGIRIMANA
12. Gaël DUHAYINDAVYI
13. Cédric AMISSI
14. Hussein SHABANI
15. Francis MUSTAFA
16. Pierre KWIZERA
17. Fiston ABDOUL
18. Saïdo BERAHINO
19. Selemani Ndikumana

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments