UBM News ads
Sunday, December 10, 2023
No menu items!
UBM News ads

Aba nibo barundi bamaze gushirwako zanamba zo mukuzimu 666

Freemason yarahejeje gufata kiramuntu,kuko ntakuntu kwisaha handika 2 ariko ugasoma ngo nisamunani arafu handitse 8 ugasoma ngo nisambiri. Ivyo bitwereka ko Freemason ifite ububasha bwo guhindura abantu ibicishije mutuntu dutoduto nico gituma dukwiye kubamaso kugirango tuze turamenya ivyihishije.watch

Umwanditsi wa UBM NEWS ( Eric Nyandwi ) uno musi yashimye kubagezaho ututuntu dutoduto twa Freemason abantu bose basanzwe bakoresha ariko Batabizi.
Akarorero ngiye gutanga nakisaha, aho usanga handitse 1 ugasoma ngo nisasaba ahandi naho handitse bibiri ugasoma ngo nisamunani,ico nico kimenyetso abantu benshi bakoresha ca Freemason ariko batabizi uko bimeze.

Freemason ntanumusi izigera ikwereka kwariyo iriko irakora kuko mugukora iza ikoresha vyabintu wewe nyene uba ubona aho mbere bo usanga bavuga bati :
We Control everything you Hear and Everything You see, bishatse kuvuga yuko bakontorora kirakintu cose wewe ubonesha namaso kandi wunva bityo kugira ngo uhunge ibintu vya Freemason bikaba bitoroshe.

iyo handitse kimwe (1) usoma ngo ni sasaba (7) hanyuma cufata 7-1=6
iyo handitse bibiri (2) usoma ngo nisamunani (8) hanyuma cufata 8-2=6
iyo handitse bitatu (3) usoma ngo ni sacenda (9) hanyuma cufata 9-3=6
iyo handitse bine (4) usoma ngo ni sakumi (10) hanyuma cufata 10-4=6
iyo handitse bitanu (5) usoma ngo ni sakuminimwe (11) hanyuma cufata 11-5=6
Iyo handitse bitandatu (6) usoma ngo nisakuminambiri (12) hanyuma cufata 12-6=6

Inamba zagiye zirahereza ni 666666 izo nazo akaba arizanamba abantu twese tuzi, bivugwa yuko nihagera igihe zizasohoka, abantu batari bake bazohura nibibazo bikomeye kuko utemeye ko bagushiramwo izonamba muruhanga 666 ntanakimwe uzaba ubereye hano kwisi.

Isaha rero mukuyikora bakoresheje ikimenyesto ca Freemason kuburyo utavyitondeye ngubirabe neze ntabwo ushobora kubimenya, Tugiye kuraba mbona abarundi twese tuza twarinjiye muri Freemason kuko tubandanya dukurikiza amategeko yabo nkuko bo bavyivugira.

Ese wewe ico kibazo cisaha waba ukivugakwiki ?

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments