UBM News ads
Monday, October 2, 2023
No menu items!
UBM News ads

The SYUB SHOW ” yakoranye ikiganiro nabategetsi babarundi baba muri Dallas Texas..

UBM News ads

Ikiganiro The SYUB SHOW mwama mukurikirana muri benshi uno musi cari catembereye mugisagara ca Dallas Texas, aho abarongoye ico kiganiro bashoboye kuganira nabategetsi batandukanye harimwo numunyamakuru wa UBM NEWS ( Eric Nyandwi).

Biko-Steven

Nyakubahwa Steven Raphael Batazira Biko niwe akenshi akunze kugirana ibiganiro nabantu batandukanye aho ubwiwe yavuze yuko bishobotse ko bazotaha basubira aho baje bava kumusi wambere canke kuwakabiri.

eric
Umunyamukuru wa UBM News ahejeje gukorana ikiganiro na The SYUB SHOW, yahise afotorwa ipica na Nyakubahwa ”Shabani” aba muri Fort Worth Texas

Ntuze utangwe no Kwunviriza ico Kiganiro ( The SYUB SHOW ) kuko uzashobora kuhakura Vyinshi cane utaruzi kubijanye nabanyamakuru bakora kuri UBM hamwe nabandi bategetsi batandukanye.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments