UBM News ads

Igihugu c’uburundi kuzuyemwo bansumire inda

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mugani w’umukuru w’igihugu ati “Hari abiyorobetsi, igihugu cacu gitwara ibendera. Ukuntu n’umukuru w’igihugu yumiwe abonye uku kuntu uwu muntu ariko yigirisha

None nk’umuhanuzi canke umwe mundongozi yariko akora ibintu vyutugenegene nk’utu, aho usanga umunyagihugu amwituye ahakwa kumutera imigere.

Njanye n’ingabo z’igihugu zo zituma zerekana ko zihagaze rugabo, Ubonye umuntu nk’uyu uca ubona ko ari muri bansumire inda gusumba kuba abasuku b’abanyagihugu. Hamwe iki cubahiro bogiha n’amategeko hamwe n’itegeko baryunamira uku igihugu coshika kure. Mugabo uwutabeshe ntasumira umwana mugani w’abarundi bakera.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments