UBM News ads

Leta y’urwanda igiye gukomeza urugamba muri RDC

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Leta y’urwanda igiye gukomeza urugamba muri RDC.

leta y’urwanda ibicishije kuwuyiserukira muri ONU Martin Ngoga irarahira ikarengwa ko urwanda rudashobora gukuraho ingamba z’ubwirinzi mu gihe RDC itarasenya umuhari FDLR.

Martin Ngoga ati:’1994 twishwe nk’inka,abanyamadini baduhenda ngo twinyegeze mu masengero ariko ntibizosubira.’

Ambasaderi w’urwanda muri ONU Martin Ngoga yatangaje ko urwanda rudashobora gukuraho ingamba z’ubwirinzi zabwo mu gihe Umuhari FDLR ukibarizwa ku butaka bw’urwanda.

Kuwa 30 Nyakanga 2025 mu nama nkuru ya ONU,Martin Ngoga ATI :”1994 twemeye inama z,amanyamadini batubwira ngo twinyegeze mu masengero tukicwa nk’inka ntibizosubira kubaho.’

yongeye kumenyesha ko FDLR ari abanyarwanda gutyo bakwiye gutahukanwa kandi ninavyo urwanda rusaba RDC.

Martin Ngoga yavuze atarya umunwa ko FDLR iri mu ngabo za kongo FARDC mbere bikaba biri muri raporo za RDC.

Ikindi nuko Martin Ngoga adatahura impamvu MONUSCO ikorana Na FARDC kandi izi neza ko ikorana Na FDLR.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments