UBM News ads

Prezida Paul kagame aragabisha abipfuza gutera urwanda ko bazohura n’akaga

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Prezida Paul kagame aragabisha abipfuza gutera urwanda ko bazobona akaga gakomeye

Paul kagame agira ati:”hari abahiga ngo bofata kigali,ngo bafise inguvu,za dorones n’ibindi.Dufise ubushobozi bwo kugenda ibilometero 2000 kuva kigali kurwanya abaduteye tukabasanga iyo bari,drones iyo zizanaye hose dushobora kuzisanga iyo ziri tukazishwanyaguza.”

Ku musi wo kwobohora kuvncuro ya 31,prezida Paul kagame yaraye agabishije abipfuza gutera urwanda ko bashobora kubona amahano.

Mw’ijambo ryiwe yagarutse ku ntambara ya Kongo aho yagiriza ibihugu bimwe vyashigikiye kongo kurungika abaja gufasha leta ya Kongo mu kwica abanyagihugu bayo.

Paul kagame yemeza ko baje bizura kumipaka bashaka gutera urwanda ahubwo batashaka gutera m23.muzobaze ivyabereye Goma na Bukavu”paul kagame”.

babonye vyanse baraje tubaha inzira mu mutekano barataha iwabo, ariko iyo bihenda bagatera urwanda bari gupfa,ndabivuze si inkuru n’ukuri.uwazashaka gutera urwanda azokwibonerako ntakabuza “niko paul kagame avuga.”

Paul kagame avuga ko hari abirirwa bavuga ubujuju gusa ngo botera kigali,ngo bafise inguvu na drones.

Aha agira ati:”Dufise ubushobozi bwo kugenda ibimometero 2000 tukagusanga iyo uri tukarwana bibaye ngombwa,iyo drones zizananye dufise ubushobozi bwo kuzikwirikirana tukazisamburirayo.

Paul kagame akaba yemeza ko ivyabaye mu rwanda vyabaye rimwe rizima kandi bihagije bitazosubira aho abantu imiliyoni bishwe mu kwezi kumwe.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments