UBM News ads

Uwutwaye inda y’ishushu ategerezwa kuvuga uwayimuteye-Prezida Eavariste Ndayishimiye

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Prezida Evariste Ndayishimye avuga ko umukobwa wese yatwaye inda y’ishushu ategekwa kuvuga uwayimuteye imbere yuko avyara kugira umwana wese avuke afise sewiwe azwi.

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye amenyesha ko hibonekeza abakobwa benshi batwara inda zishushu bagera kuvyara base b’abana ntibamenyekane.

Ibi biri muvyatumye asaba abagize ihuriro ry’abakenyezi ku musi w’ejo igenekerezo rya 4 Ntwarante 2025 mu kirimba ciwe ntare house ko abakobwa bose batwaye inda z’ishushu bategekwa kuvuga abazibateye kugira umwana avuke afise se wiwe.

Emerence Bucumi aserukira ihuriro ry’abakenyezi mu Burundi yamenyesheje ko indero y’abana itera isubira inyuma bivuye ku nyifato y’abavyeyi batagitanga indero nziza ku bana babo ibiriko bituma haba inda nyishi z’ishushu.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments