Mu mugambwe APDR urongowe na Gabriel Banzawitonze basaba amakungu gufatira ibihano ruhasha urwanda n’abarushigikiye kw’ihonyabwoko bari gukora muri Kongo.

Umugambwe APDR urongowe na Gabriel Banzawitonde umenyesha ko ushigikiye ijambwo ryashikirijwe na Prezida Evariste Ndayishimiye ku wa 1Ruhuhuma 2025 aho yamenyesha ko urwanda rubandanije kwihagira imbibe za kongo hazoba intambara(guerre Généralisée).
Mw’itangazo umugambweAPDR washize ahabona,usaba amakungu gufatira ibihano ruhasha igihugu c’urwanda b’abagishigikiye kuvyaha ndengerabutungane n’ihonyabwo biri gukorerwa aba kongomani.
Uwo mugambwe usaba kandi abanyagihugu kurikanura kugira umwansi ntaronke aho amenera na rirya Prezida Evariste Ndayishimiye yavuze ko urwanda rwipfuza gutera uburundi





Recent Comments