UBM News ads

Abafatiwe mu marigala bagiye kurima amatongo ya Leta-Prezida Evariste Ndayishimiye.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Prezida Evariste Ndayishimiye avuga ko abazofatirwa mu marigara bagiye kwegeranirizwa mu mu matongo ya Leta maze barime badahembwa nayo ivyimburwa bikazofasha abahuye n’ibiza.

Prezida Evariste Ndayishimiye yaraye amenyesheje ko abantu birirwa mu marigara bagatwa bazojanwa kurima amatongo ya Leta maze badahembwa . Evariste Ndayishimiye akavuga ko atanumwe akwiye gusigara inyuma inyuma mu bikorwa vy’iterambere ko abarundi bose bakwiye guhagurukira rimwe bakarwanya ubukene.

Ikibabaje kubwa Evariste Ndayishimiye n’ukubona hari abirirwa kumarigara mu gihe abandi bari kukivi,abo rero nukubahagaurukira.

Mu gihe yariko agendera ibikorwa ibice bitandukanye biriko vyimbamwo ubutare mu ntara zitandukanye nka Gitega a karusi Evariste Ndayishimiye yamenyesheje ko abazofatwa bari kumarigala bagiye kujanwa kurima amatongo ya Leta maze ibizokwimburwa bigafasha abahuye n’ibiza

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments