UBM News ads

Inyuma y’imyaka 17 abasirikare b’abarundi baja kugarukana amahoro muri Somaliya, birahagaze.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Inyuma y’imyaka 17 abasirikare b’abarundi baja kugarukana amahoro muri Somaliya, birahagaze. Ico gikorwa c’ingabo z’Uburundi giherana na 2024.

Kuva muri nzero 2025, ibihugu bizoba biriko bifasha kugarukana amahoro muri Somaliya, bizoba biri mu murwi AUSSOM (African Union Support and Stabilisation Mission in Somalia ) ariwe wasubiriye ATMIS yahoze ari AMISOM.

Vyoba vyavuye kukudahuriza ku bitigiri vy’abasirikare b’abarundi borungikwa murico gikorwa. Igihugu c’Uburundi kikaba cashaka kurungika benshi mu gihe muri AUSSOM ho bari bipfuza kubagabanya. Vyaheze hafashwe ingingo yo gukura Uburundi ku rutonde. AUSSOM izoba irimwo abasirikare 11 826 bavuye mu bihugu bitandukanye.

Mu 2007, niho Uburundi bwatangura kurungika abasirikare kugarukana amahoro muri Somaliya.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments