UBM News ads

CVR itangaza ko igiye gukora amatohoza ku barundi bishwe hamwe n-abazimiye guhera mu mwaka w-1885 gushika 2008.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

CVR itangaza ko igiye gukora amatohoza ku barundi bishwe hamwe n-abazimiye guhera mu mwaka w-1885 gushika 2008.

Umugwi ujejwe ukuri no kunywanisha abarundi umenyesha ko hakiri vyinshi vyo  gukora - BBC News Gahuza

 

Umurwi w-igihugu ujejwe kumenya ukuri hamwe no kunywanisha abarundi, CVR, umenyesha ko ugiye gutanguza rusansuma rw-abantu bose bishwe hamwe n-abandi bazimiye  mu ntara zose zigize igihugu c-uburundi mu kiringo c-amezi atandatu .

Bikaba vyashikirijwe na Petero Claver Ndayicariye arongoye uwo murwi, hari mu ntara ya Gitega kuri uyu wa gatatu ahari hahuriye bamwe mu barongoye imigambwe , abataho begamiye mu vya politike , ba buramatari b-intara hamwe n-abandi.

Uwo arongoye CVR yemeje ko iryo tohoza rizoba ku vyabaye mu kiringo uyo murwi ukorerako ni ukuvuga guhera mu mwaka w-1885 gushika mu mwaka w-2008.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments