UBM News ads

Perezida Ndayishimiye abona ko ugucungerwa umutekano kw-abashingamateka ari ukutizera ababa babatoye.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Umukuru w-igihugu c-uburundi aribaza igituma abashingamateka baheza gutorwa maze bagaca bihutira kurondera abajejwe umutekano bo kubacungira ubuzima bwabo. Kubwiwe, abibona ko abashingamateka bataba bafitiye icizere abanyagihugu babatoye. Ahubwo ko bari bakwiye kubiyegereza maze bakabagira abagenzi. «Ico tumaze kubona, iyo abantu bisununuye na gato mu gihugu, baca babona ko abenegihugu batakiri abagenzi. N-umushingamateka atowe unomunsi , aca arondera abajejwe umutekano ngo bamukingire abenegihugu , ivyo rero nivyo tugire dutangure kurwanya, abenegihugu tubagire abagenzi  kugira dutsimbataze  umutekano mu gihugu» Niko perezida Varisito Ndiyishimiye yavuze.

Burundi ruling party chooses Gen. Evariste Ndayishimiye to replace Nkurunziza | Africanews

Perezida Ndayishimiye yabitangaje kuri uyu wa 24 kigarama 2021 igihe inzego zo kwivuna abansi n-umutekano zariko zimwipfuriza umwaka mushasha hari ku kikubuga ca cercle hippique kiri mu gisagara ca Bujumbura muri komine Mukaza.

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments