UBM News ads

Nyamasheke: Hafi imiryango 100 iri mu kangaratete, ntigira aho ikika umusaya.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu Rwanda imiryango isaga 100 yo mu karere ka Nyamasheke mu burengerazuba bw’ico gihugu ntifite aho ikika umusaya inyuma y’aho amazu bari babayemwo atwariwe n’inkukura.

Bamwe muri bo ubu basavye indaro mu babanyi abandi bajanywe mu nsengero zo hafi yaho baba.Baratabaza leta n’abandi bagiraneza kuko ntaco bashoboye gukiza uretse amagara yabo.

Ibyo ni mugihe ibihugu nka vyose vy’aka karere bibangamiwe n’imvura nyinshi ihitana ibitari bike.

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments