UBM News ads

Imigenderanire y-igihugu ca Congo kinshansa hamwe n-uburundi biragaragara ko itameze neza.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Leta y-uburundi ibicishije k-umushikiranganji wayo ajejwe imigenderanire  n-ibindi bihugu Albert Shingiro yarandikiye ikete ryo kugabisha ubuserukizi  bw-igihugu giharanira  demokarasi ya Congo mu Burundi .Dr Congo Flag High Resolution Stock Photography and Images - Alamy

Intandaro y-iryo gabisha ni amatati bivurwa ko  yavuye ku matongo y-ubuserukizi bw-uburundi  mu gihugu ca Congo yoba yarihagiwe n-ico gihugu. Leta y-uburundi ikagabisha ko ubuserukizi bw-ico gihugu mu Burundi ko imbere y-itarike ya 31 kigarama 2021 atagikozwe , ivyo amatongo y-ubuserukizi bw-uburundi I Kinshansa ariko arakorerwa ni naco Leta y-uburundi izokora ku matongo y-ubuserukizi bwa congo ari I Burundi. Ni ukuvuga ko uburundi nabwo buzoca bwihagira amatongo y-ubuserukizi bwa Repubilika iharanira  Demokarasi ya Congo mu Burundi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments