Agrippine Nduwimana arongoye ico kivuko avuga ko hari umwizero ko inzego zimukurira zimaze guturwa ico kibazo zigiye karaba ikiba kirakorwa.
Aho ni mu gihe ikivuko ca Bujumbura naco kigeramiwe n’igwirirana ry’ayo mazi, kuburyo atagikozwe ibivuko vyose vyohagarara biturutse kur’iyo mvo.
Mwiki gihe twumva igwirirana ry’amazi y’ikiyaga Tanganyika ibimaze kwononekara si bike ariko munzego z’igihugu zijejwe gukinga ibiza n’isibe ho bavuga ko bariko barakora ibishoboka vyose ngo bakingire igihugu n’abene gihugu.
Recent Comments