Inyuma yo gukatirwa umunyororo wo gufungwa ubuzima bwiwe bwose yagirizwa kushaka gutembagaza ubutegetsi bwa Petero Nkurunziza mu mwaka w-2015,Gen. Cyrille Ndayirukiye yitavye Imana m-uburyo giturumbuka iyo yarafungiwe mw-ibohero rikuru rya Gitega, bikavurwa ko yoba yahawe ishano muvyo yagaburiwe abandi bakemeza ko yoba ari amata yarahajeje kunywa yararimwo ishano yoba yahawe.
Ikiziga ciwe kikaba caciye kijanwa m-uburuhukiro bw-ibitaro bikuru vy-intara ya Gitaga, umurwa mukuru wa politike w-uburundi.





Recent Comments