Ikigo kigejejwe ivy-ikirere IGEBU caraye kimenyesheje ko abanyagihugu basanzwe baba mu burere bwegereye ikiyaga Tanganyika= Kajaga, Gatumba, Kibenga, n-ahandiĀ basabwa ko botangura kwitegura bwa vuba bakimuka kubera ko amazi y-ikiyaga ca Tanganyika ageze k-urugero runini.
Kubwa Ngenzirabona Augustin arongoye ikigo IGEBU amenyesha ko amazi ariko aduga k-urugero yashitseko mu mwaka w-1964 aho yageze kw-ibarabara ry-indwi rya Zone Buyenzi mu gisagara ca Bujumbura.





Recent Comments