Mu gisagara ca bujumbura no mu gihugu hagati hose haribonekeza ivyuma bita “antenne” vy’imihora itandukanye yo gutumatumanako amakuru hagati mu makaritiye haba ayo mu gisagara ca Bujumbura canke ayo mu gihugu hagati ndetse no mumitumba.
Ikitaramenyekana n’uko abo vyega boba batarabibona canke ko hoba haribwa ibiturire maze bakabareka bakabishinga aho bashatse kuko no mumihana y’abantu ubisangayo.
Recent Comments