UBM News ads

umuryango w’ibihugu vya Bulaya ugiye gukura ibihano ku Burundi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
 Ibihano umuryango w’ibihugu vya bulaya wari wafatiye U Burundi mu 2015 birashobora kuvanwaho imbere y’uko uyu mwaka uhera.
Albert Shingiro, umushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, yabishikirije inyuma y’inama y’abaserukira ivyo bihugu barongowe na Claude Bochu, aserukira uwo muryango mu Burundi.
Muri iyo nama bemeranije gusubira kubonana mu kwezi kwa 6, umushikiranganji Shingiro amaze kugendera ivyo bihugu
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments