UBM News ads

‘Pierre Buyoya yarafashije CNDD-FDD gushikira ubutegetsi’, niko bamwe bavuga

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Abatavuga rumwe na reta ya CNDD-FDD bavuga ko ‘Pierre Buyoya yarafashije CNDD-FDD gushikira ubutegetsi’.

Naho umugambwe uri ku butegetsi uguma mu gacerere ku bijanye nurupfu rw’uwahoze arongoye Uburundi, bamwe bamwe siko babibona.

Kuvuga ko Pierre Buyoya yafashije umugambwe uri ku butegetsi gushika aho bashitse ubu nuko yemeye kuja mu biganiro vya Arusha mu mwaka wa 2000.

Pierre Buyoya kandi akaba yaragize uruhara mu kuzana intwaro ya Demokrasi mu kubisikanya n’abahutu bagatwara nka Domitien Ndayizeye hama Pierre Nkurunziza.

Abatavuga rumwe na reta nabandi barabona ko naho Petero Buyoya yagirizwa amabi atari make nkaya Ntega na Marangara, biboneka ko abo bari kumwe bo mu bwoko bw’abatutsi bakabije maze bisuka my vyo gukora ivyaha bitari bike.

Gushika iyi saha, reta ya Ndayishimiye ntaco iravuga ku bijanye n urupfu rwa Buyoya Pierre nuko azohambwa nk’uwahoze arongoye Uburundi.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments