Ivyo yabivugiye mu ntara ya Gitega ku musozi Mugera ku musi mukuru wa Bikira Maria wahimbajwe kur’uyu wa gatandatu itariki 15 myandagaro. Umukuru w’igihugu c’Uburundi yabasavye kandi kwandika ibitabo vyinshi vy’akahise abanyeshure bashobora kwigirimwo. Aha yibutsa ibikorwa vy’abapatiri banditse ibitabo bikomeye nka Patiri Ntahokaje na Patiri Michel Kayoya.

Musenyeri Jaochim Ntahondereye, arongoye Inama y’Apescopie akaba yaremeye ivyo yasabwe n’Umukuru w’igihugu ko bigiye kwigwa. Yoba ari intango yo kwerekana ko idini Katholique ricudiste n’ubutegesti mu migambi y’iterambere na politike.






Recent Comments