Abarundi bose biyandikishije ku bw’amatora yo muri uyu mwaka wa 2020 bahamagarirwa kwitaba kuja gutora amakarata y’itora azobasha kuronka uburenganzira bwo gutora.
Umugwi CENI ukamenyesha ko ayo makarata azotangura gutangwa ejo ku wa 30 Ndamukiza gushika ku wa 4 Rusama 2020.
Ivyo bikaba bitaraba abasirikare bari mu bihugu mu kugarukana amahoro n’umutekano, kuko CENI ivuga ko bobo bafise uko bazohabwa amakuru.
Mwomenya ko amatora yitezwe ku wa 20 Rusama 2020. Mu ndwi nka zibiri ziri imbere, abitezwe kwitoza mu kibanza c’umukruu w’igihugu bakaba babandanya imyiyamamazo ukuri kwamye.






Recent Comments