UBM News ads

Isoko ya Matana iriko irasha

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Isoko ya Matana iriko irasha kuva mu gatondo ko kuri uwu w’Imana, mu mpanuka y’umuriro yibonekeje nk’igihe c’isaha imwe y’agatondo ko kuri uwu w’Imana igenekerezo rya 13 Nzero 2018.

Ntiturashobora kumenya icateye uwo muriro hamwe n’ivyononekaye, icibonekeje ariko akaba ari uko ibikorwa vy’ukuzimya vyatanguye bitevye, ibishobora gutuma ivyononekara bishobora kuba vyinshi.

Turabigarukako mu makuru yacu yo hanyuma.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments