UBM News ads

Umuririmvyi J-Samson, agiye gutangura kuza arateramisha abantu mu biteramo

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Jimmy

J Samson ni umwe mu baririmvyi b’abarundi abandanya akora neza cane m’umuziki ndundi,.ubu rero uno muririmvyi akaba agiye kuza arateramisha abantu abicishije mu biteramo nkuko twashoboye kubibona mu matangazo ( PROMO ) ariko aramamaza ibikorwa vyiwe.

https://www.youtube.com/watch?v=hyHE6a1HKjI

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments