Umuvyeyi w’umuririmvyi Mugani Desire abenshi bazi kw’izina rya Big Fizzo aravuga aho izina Gikundiro batazira umwana wiwe iyo ryavuye
Aganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews ku munsi wagatandatu igihe umwana wiwe yari ahejeje kururuka indege aje mu giteramo hano mu gihugu ciwe c’amavukiro,Umuvyeyi wa Big Fizzo akaba yaratubwiye ho izina rya Gikundiro ryavuye aho umuvyeyi wa Big Fizzo yatubwiye ko izina rya Gikundiro abantu benshi batazi iyo ryavuye kuko bihenda cane,umuvyeyi wa Big Fizzo akavuga ko izina rya Gikundiro ryavuye ku Mana kuko ngo umuvyeyi w’uyo muririmvyi asanzwe asenga sana

Umuvyeyi wuyo muririmvyi akaba yatuyagiye ivyo aryohewe cane kuko yarasubiye kubona kandi umuhungu wiwe nyuma yikiringo c’umwaka wose atamukubita ijisho





Recent Comments