Amasanamu y’indirimbo Fantastic ya masterland n’umuririmvyikazi Samanta abandanya yerekanwa ku mboneshakure mpuzamakungu

Nkuko amakuru dukesha nyene iyo ndirimbo ariwe masterland avugako ayo masanamu y’indirimbo fantastic yerekanwe ku mboneshakure EastafricaTV
uwo kenera kuraba ayo masanamu yoyaraba hano ku kinyamakuru cacu ubmnews





Recent Comments