Umuririmvyi w’igihangange m’umuziki wu Burundi ” Sat B , aheruka gushira ahabona indirimbo yiwe nshasha yise Nyampinga aho abantu bayikeneye bashobora kuyigura Online baciye kumurongo ca Cdbaby

Ino ndirimbo ya Nyampinga nkuko biboneka ni indirimbo idasanzwe ndetse ikozwe ku rwego rwo hejuru aho kugeza ubu abatari bake babandanya bipfuza kuyumviriza.
http://www.cdbaby.com/cd/satb3?SourceCode=widgetbaby
Umviriza agace kayo hano musi.





Recent Comments