Diamond Platnumz igihangange c’ Umuziki wo muri Tanzania hamwe n’ Umugore wiwe Zari nibo bariko baravurwa cane mu binyamakuru vyo muri Afrika muri iyi indwi.

Ivyo bikaba bituruka ku mashusho baheruka gushira ahabona vuba, bompi bambaye ubusa hejuru, birengangije y’ uko Zari afise imbanyi kandi asigaje indwi nka zibiri gusa ngo y’ ibaruke umwana w’ umukobwa nkuko Diamond yabishikirije.


Aya akaba ari amwe mu mashusho yabo yatangaje benshi.





Recent Comments