VAM batera akamo abipfuza kumenyekanisha ibintu vyabo ko bobitura

0

Umugwi w’abigeme batatu Vam aribo Vanessa,Melissa na Aisha barasaba abarundi bose bipfuza kumenyekanisha ivyabo ko bobitura bakabibamenyekanishiriza
vam
Baganira n’ikinyamakuru cacu ubmnews kuri uno mugoroba igenekerezo rya 13/9/2016,Abo bigeme bakaba bashoboye kugira ico babwiye abarundi bose baba bipfuza kumenyekanisha ivyabo,Vam ati:
Abarundi bose bipfuza kumenyekanisha ibikorwa vyabo botwitura tuka bamenyekanishiriza ibintu vyabo bakoresheje amafoto yacu n’ubwiza Imana yaduhaye

Raba amwe mu mafoto yabo bigeme:
vam-2 vam-3