V Boogie ft. Atlas da African – Skinny Bwoy ( Official Video )

0

uno ni umwe mubaririmvyi aba muri Uganda ariko arakora neza cane murino misi mu muziki wo murico gihugu, Iry tina asanzwe ari umuririmvyikikazi w’Umurundi azunzwe cane mu Burundi akaba ari umwe mubasanzwe bafasha uno muririmvyi kumenyekanisha umuziki akora.