UBM News ads
Sunday, October 1, 2023
No menu items!
UBM News ads

Uvyunvise biratangaje ” Menya ukuri nimba koko ”Rosa Muhando ” ari umu Freemason ?

UBM News ads

Umuririnvyi rurangiranwa aba muri Tanzania ”Rosa muhando ” akomejwe kuvugwaho amajambo menshi nyuma yaho asohoreye indimbo nshasha ikunzwe cane yise (Mungu Anacheka).

Abantu benshi bikigihe iyo babonye umuntu yerekanye intoke zibiri nkuku mubona rosa muhando yabigize murino Video ya (Mungu Anacheka) bahita bibaza ko yoba ari muri ba bantu bakoresha amashetani kugira batere imbere ( Freemason )

Ino video nshasha rero hariho ahantu yerekana ” rosa muhando ” akoze kino kimenyetso abantu benshi bibaza kwari ica shetani bityo rero kugeza ubu bakaba bashaka kumenya nimba ko Rosa Muhando yoba yariyunze na Freemason canke ko yoba atariyunga.

Ese wewe kino kintu Rosa muhando yerekanye intoke zibiri ukivugakwiki ? uribaza ko yoba yariyunze na Freemason canke ko yoba atariyunga nabo ? gira ico uterereye (comment)

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments