Umurundikazi aba muri America yasohoye video imeze neza cane ” MSHUKURU MUNGU by EVELYNE (OFFICIAL VIDEO)

0

Umurundikazi azwi kwizina rya Evelyne Irankunda aba muri Leta zunze ubumwe za America yasohoye amashusho ameze neza cane y’indirimbo yiwe nshasha yise ” MSHUKURU MUNGU.

Ni umukobwa afise ijwi ryiza cane kandi afise ingabirano idasanzwe yo kuririmba kuburyo abatari bake bemeza neza ko niyo yabandanya aririmba azogera kure m’umuziki.