UBM News ads UBM News ads
Friday, April 12, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Umuntu wese yipfuza kuja mu bihugu bigize EAC asabwa kuzoba yaricandagishije COVID-19.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mu misi iza, umuntu wese yipfuza kuja mu bihugu bigize umuryango wa Afrika y-ubuseruko  agiye kuzosabwa kwicandagisha urucanco rw-umugera wa Covid-19. Vyatangajwe kuri uyu wa 26 Myandagaro 2021 n-icegera c-umunyamabanga mukuru ajejwe iterambere mw-uwo muryango,igihe hariko hatanguzwa ihayanishwa rigira kane ry-amahinguriro mu Burundi.Digital health screening speeds up passenger clearance at Kenya airport -  The East African

Kubw-ivyo, umushikiranganji wambere Alain-Guillaume Bunyoni yuguruye iryo hayanishwa yasavye abasavye uwo muryango ko boreka abanyagihugu baba mw-ivyo bihugu bigize EAC bagatembera ata rucanco rwa Covid-19  barinze gusabwa.

Kubwa Alain-Guillaume Bunyoni ,abona ahubwo ko hobaho ukwubahiriza k-ubwigenge bw-ibihugu bisanzwe bigize umuryango wa EAC hakicandagisha uwubishaka hatabayemwo agahato.

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments