Stikk yishuye Snow Cay abicishije mu gahogo

0

Nyuma y’iminsi mike abaririmvyi babiri bahurikiye mu mugwi Over Do Team bateranye amajambo gushika aho umuririmvyi Stikk ahitamwo kuva mu mugwi Over Do Team agatangura kwikorana ukwiwe,uyo muririmvyi yamaze kwinjira mu nzu ihinyanyura indirimbo(studio) akora indirimbo yo kwishura snow cay biciye mu gahogo
stikk
Nkuko amakuru ikinyamakuru cacu ubmnews dukesha abegereye uyo muririmvyi stikk avugako aheruka gukora indirimbo yo kwishura uyo muririmvyi bari bahurikiye mu mugwi umwe ariwe Snow Cay nubwo batatubwira ingene iyo ndirimbo yitwa,baravugako yahinyanyuriwe mu nzu ihinyanyura indirimbo ya ” Master Muzik

Tworangiza tuabmenyesha ko tugiye kumurondera stikk kugira atubwire vyinshi ku bijanye niyo ndirimbo