Steven Raphael ” Kisa Sio Mimi ”

0

Unviriza ururirimbo rushasha rwaririmbwe na Steven Raphael ukuntu ruryoshe cane, UBMNews yo ibatuye runo ruririmbo ibandanya ibibutsa yuko Steven Raphael ari umwe mubarongozi barongoye ikiganiro kigukundwa cane hano muri America citwa The Syub Show gisanzwe gikorera muri Houston Texas.67706_528588000484951_1232002731_n