Umuririnvyi kazi w’umurundi ” Samantha ” avuga ko umuziki w’uburundi ko batawushigira cane kandi ngo bitandukanye no mu gihugu kibanyi cu Rwanda kuko ngo bobo abaririnvyi baho nga barabona promotion nyinshi zituma bamenyekana cane.
Ese bino yavuze wewe ubibona gute ?
Recent Comments