UBM News ads UBM News ads
Thursday, June 13, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

RED-TABARA imenyesha ko yiteguriye kuganira na Leta y’uburundi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Mw’itangazo washize ahabona kuri uyu wa kabiri , Umuhari RED-TABARA umenyesha ko witeguriye kuganira na Leta y’uburundi .RED-TABARA ikaba yabishikirije inyuma yaho Umukuru w’igihugu c’uburundi Varisito Ndayishimiye ahamagariye uwo muhari gutahuka mu gihugu maze bakitegurira hamwe amatora y’abashingamateka yo mu 2025 hamwe n’ay’umukuru w’igihugu yo mu 2027.ImageUwo muhari mu kwishura ivyaheruka gushikirizwa na Perezida Ndayishimiye kubijanye nuko RED-TABARA yotahuka  maze ikitegurira amatora yo mu 2025 hamwe no 2027, umenyesha ko kugira ivyo bikunde n’uko inzego z’umutekano zizewe na bose zoshirwaho hamwe rero n’itunganywa ry’amatora meza atagiramwo ubusuma maze umunyagihugu w’umurundi ace urubanza.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments