UBM News ads UBM News ads
Thursday, June 20, 2024
No menu items!
UBM News ads UBM News ads

Muri Komine Mukaza harabayemwo ukwihenda mu gushirako imisaraba ku nzu zitegerezwa kubomorwa (Renovat SINDAYIHEBURA).

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads

Musitanteri wa komine Mukaza, mu gisagara ca Bujumbura amenyesha ko habayemwo ukwihenda mu gushirako imisaraba nk-ikimenyetso cerekana ko inzu zubatswe hadakwirikije amategeko zitegerezwa kubomorwa. Renovat Sindayihebura ahamagarira abanyagihugu bo muri komine arongoye bagifise inyubako zicafyeko iyo misaraba kuza kumwitura kugira ngo iyo misaraba ikurweko kuko vyabonetse ko ahatari hake habayemwo ukwihenda iyo misaraba ishirwako bitari bikwiye ko ijako.Image

Uwo arongoye komine Mukaza asigura ko abahinga bo mu bushikiranganji bagenduye basanga hari inyubakwa zashizweko ico kimenyetso co kubomorwa biturutse ku kwihenda. Nsindayihebura abishikirije inyuma yaho hari abanyagihugu bamwe bamwe bo mu ma zone ya Bwiza na Rohero bidogeye ko habayemwo aka mwana wa mama mu bijanye no kubomora inyubako zubatswe hadakwirikije amategeko.

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments