Keza Bikiyo agarutse mu muziki mu kutuzanira” Bei Kali”

0

Umuririmvyi w’umurundikazi Keza Bikiyo yagarutse mu muziki nyuma y’igihe kinini adasohora umuziki,Bikiyo akaba yashize ahabona indirimbo yitwa Bei kali
bikiyo
Yumvirize hano: