Wednesday, September 27, 2023
No menu items!
HomeNewsKenya '' Umugabo yasambanije impene kunguvu ubu yakatiwe igifungo cimyaka 7.

Kenya ” Umugabo yasambanije impene kunguvu ubu yakatiwe igifungo cimyaka 7.

Uwovuga kwisi yaheze ntiyoba abeshe kuko ibibi bikorwa nabikigihe biteye agahinda, benshi mubantu batari bake bemeza neza ko abantu aribo bakunze gufatwa kunguvu ariko muri kinogihe siko biboneka kuko nibikoko bisigaye bifatwa kunguvu bigakorerwa ivyanfurambi.kenya

Umugubo yitwa Francis Makonda aba muri Kenya ahantu hitwa Naivasha yakatiwe imyaka 7 yigifungo nyuma yaho bamufatiye ariko arasambanya impene ayifashe kunguvu.

Nkuko tubitangarizwa nikinyamakuru Daily Nation gikorera muri kenya, bo bavuga ko uwo mugabo yuko yafashe iyo mpene kunguvu bivanye nuko atizera abagore ” TRUST ” ahubwo ngo iyo ashatse gukora imibonano mpuzabitsina ( Sex) yama ahita afata impene kunguvu uko yishakiye.

Francis Makonda yaciriwe urubanza go kumara imyaka indwi ari mugasho ( Jail ) bivanye no kuryamana nimpene kandi no kuba yarahohoteye ubuzima bwigikoko ariko ubucamanza bwamuhaye imisi 14 yonyene gusa yokugira ico avuze nimba atashimishijwe nico kiringo cimyaka 7 ubucamanza bwamuciriye azomara mugasho.

UBMNews turashimira ubucamanza bwo muri Kenya kungingo bwafashe yogucira urubanza uwomugabo kuko iyo badakora nkuko nabandi bafise ingeso nkiyo bobandanyije bahohotera ubuzima bwibikoko, ubwo bibere icigwa kubantu bafise ingeso yogufata kunguvu. Posted by Eric Nyandwi

RELATED ARTICLES
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments