Iry Tina abazaniye indirimbo nshasha yitwa Shimwa Yesu

0

Iry Tina n’umuririmvyi w’umurundikazi asanzwe akorera akazi kiwe kukuririmba mu gihugu c’ubuganda, yaraye ahaye ikiganiro ikinyamakuru cacu ubmnews
Iry Tina akaba yamenyesheje ikinyamakuru cacu ubmnews ko aherutse gushira ahabona indirimbo nshasha yitwa Shimwa Yesu,indirimbo yo gushima uhoraho
iry tina
Iry Tina ati:Iyi n’indirimbo yanje nshasha yitwa Shimwa yesu…abakunzi banje Uyu mwaka ndabateguriye vyishi gose..Niteguye ndabifashijwe na Studio l’opera records gushika umuziki wanje mbese n’umuziki ndundi kuwushira kuyindi level. Naho aba haters batabura jewe SHIMA YESU nkandi nje nje ntawusubira kandi kuncintege
Tworangiza tubamenyesha ko Iry Tina asanzwe ari mu baririmvyi atako batagira kugira umuziki ndundi utere uja imbere