UBM News ads

Inyuma yo kwemera gukura ibihano ku Burundi, Umuryango w’ibihugu vya bulaya watanze 2000.000 y’amanyaburaya ku Burundi.

Kibasumba Beauty Online Store UBM News ads
Amafaranga agera hafi imiriyoni 2 z’amanyabulaya mu marundi n’amafranga yababa imiriyalidi 5 niyo umuryango w’ibihugu vya bulaya ufadikanije n’ishirahamwe AFRICALIA wahaye Uburundi, kuri uyu wa mbere 12/04/2021. Yatanzwe mu mugambi wo gushigikira igisata c’imico kama n’akaranga.
Ayo mafaranga azokoreshwa mu gukarihiriza ubwenge abakorera muri ico gisata mu Burundi.
Ezéchiel Nibigira, umushikiranganji ajejwe imico kama yatanguje icese uwo mugambi uzomara imyaka 3, yasavye abegwa nawo kuzowukamisha bakaduza akanovera k’ibikorwa vyabo.
RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments