UBM News ads
Monday, February 26, 2024
No menu items!
UBM News ads

Ikigo OBR kimenyesha ko amatagisi yinjiye mu kigega agera ku bice 382 %.

Ikigo OBR Kijejwe gutororokanya amakori n-amatagisi mu Burundi kimenyesha ko amatagisi yinjiye mu kigega c-ico kigo agera ku bice 382 kw-ijana. Vyashikirijwe kuri uyu wa gatatu n-umuyobozi mukuru wa OBR mu kiganiro yahaye abanditsi n-abamenyeshamakuru.Image

Pacifique Munyeshongore yamenyesheje ko amatagisi yinjiye yavuye ku miriyaridi 301 mu mwaka w-2010 agera ku miriyaridi 1156 kugeza muri mukakaro 2021.Uwo muyobozi yabishikirije  mu gihe hariko hatanguzwa ku ncuro ya gatandatu y-umusi wahariwe umutangakori uzohimbazwa kuwa 21 Kigarama i Bujumbura , ku murwa mukuru w-ubutunzi w-uburundi.

 

 

RELATED ARTICLES
UBM News ads
- Advertisment -

Most Popular

Recent Comments