Sunday, January 29, 2023
HomeInternational newsEAC isaba Imihari yose irwanira muri Congo gusubira mu bihugu vyayo atagisabwe.

EAC isaba Imihari yose irwanira muri Congo gusubira mu bihugu vyayo atagisabwe.

Umuhuza mu karere ka Afrika y’ubuseruko ku kibazo ca Congo , Uhuru Kenyatta arikumwe na Perezida w’uburundi Varisito Ndayishimiye ari nawe arongoye umuryango wa Afrika y’ubuseruko basaba imirwi yose y’abanyamahanga yitwaje ibirwanisho irwanira mu buseruko bwa Congo, gusubira mu bihugu vyayo atagisabwe. Biri mw’itangazo abo bategetsi babiri basohoye kuri uyu wa gatanu inyuma y’umubonano wabereye I Bujumbura.

Must Read

Urwanda rumenyesha ko umwansi umwe rudende rufise mu karere ari Congo...

0
Umushikiranganji w’imigenderanire n’ayandi makungu w’urwanda yemeje ko muri aka karere ,igihugu c’urwanda gifise umwansi umwe rudende ari we Republika iharanira Intwaro rusangi ya Congo....